HomeNewsMuseveni yihakanye abatubahiriza ubuzima bw'umuntu

Museveni yihakanye abatubahiriza ubuzima bw’umuntu

Nyuma yuko Museveni yiyemereye ko azatanga ubutegetsi kuneza ye,akabuha Dr.Kiza Besigye mukwezi gutaha kwa Kamena,2017 akajya muzabukuru,yongeye kumvikana mu itangaza makuru avugira uburenganzira bwa muntu nyuma y’imyaka [31] atabwubahiriza,none akaba abyibutse kuko avuye ku butegetsi.

Umukuru w’igihugu cya Uganda Yoweri Museveni yasavye inteko zijejwe umutekano guhagarika no guhungabanya cyangwa kutubahiriza  ubuzima bw’umuntu, urondera gusokoroza amakuru ku cyetswe ho icyaha.

Mu rwandiko yarungikiye abategetsi bakomeye ba leta, barimwo umushikiranganji ajejwe intwaro yo hagati mu gihugu,ministiri w’ubutegetsi  yavuze ko gusinzikaza ubuzima bishobora gutuma umuntu w’intungane yemera ko yakosheje ariko ngo sibwo buryo bubereye bwo kuronka ibyemezo byokoreshwa murukiko.

Naho ukekwa ni nzego zishinzwe umutekano,kuba  yemeye amakosa, igihe abakora itohoza bakoze akazi kabo neza (bagafata amajwi, bagakoresha amafoto cyangwa uburyo bwa ADN, bagakoresha ibimenyetso, cyangwa ubundi buhinga, cyangwa bagakoresha imbwa n’ibindi), inkozi z’ikibi zishobora gucika inzego z’umutekano.

Bwana Museveni avuga ko naho uburyo bwo kubanza guhonyora ubuzima bwari bwemewe mu migenzo y’aba kera, ko muri kino gihe butagikenewe.

Avuga ko igihugu cya Uganda kimaze guhangana n’ibibazo bikomeye by’umutekano kurusha ibitegwa n’abantu barasa bari ku mapikipiki bita boda bodas.

“Ntidushobora kunanirwa n’abicanyi bagendera kuri boda bodas bica abantu bicaye mu modoka zabo cangwa baca ku mabarabara cyangwa imihanda.

Ni abicanyi batekereza ko badashobora gufatwa ngo bashikirizwe ubutungane ariko amaherezo bazafatwa hakoreshejwe ibyemezo bisaba ukwihangana, batarinze gukora ibikorwa bitubahiriza uburenganzira n’ubuzima. Bwa muntu”

Save

RELATED ARTICLES
- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments