ONU isaba irekurwa ry’abafunzwe mu uryo buteye kubiri n’amategeko mu Rwanda
Umurwi wa ONU ujejwe kwihweza ibyaha bijyanye no gufunga abantu mu buryo budakurikije amategeko, usaba irekurwa rya Franck Rusagara,Tom Byabagamba na François Kabayiza. Umwe mu bagize uwo mugwi, Roland Adjovi, yavuganye na Florentine Kwizera.