Ekleziya ya Australia yishyuye A$276m abakorewe amabi ashingiye ku gitsina Katorika ya Australia yarishe imiliyoni A$276 ku bakorewe amabi ashingiye ku gitsina kuva 1980, niko ikigo gitohoza cyitangaza makuru cyatangaje.
Ayo madollar yagabanijwe n’abakorewe amabi babarirwa mu bihumbi, niko ikigo “Royal Commission into Institutional Responses to Child Sex Abuse” cyatangaje.
Ku kigero byasohowe ku munsi wa kane, umwumwe yahawe A$91,000.Umurwi ukora itohoza washinzwe mu 2013 kandi uriko uratohoza no ku bantu batihebeyimana.
Ekleziya Katorika yatanze ayo mahera yishura abantu 3 066 kuri 4 445 bashikirije ibirego byuko bakorewe amabi ashingiye ku gitsina hagati ya 1980 na 2015.
Ayo mahera ngo ni indishi y’akababaro, ukwivuza, ayakoreshejwe mu manza nkuko Gail Furness yafasha umurwi w’itohoza wakorera i Sydney yavuze.





