Home News Irahira rya Kenyatta rishobora gutuma Kenya icikamo ibihugu bibili

Irahira rya Kenyatta rishobora gutuma Kenya icikamo ibihugu bibili

0

 

https://inyangenewss.com/wp-content/uploads/2017/11/Kenya1.mp3?_=1 https://inyangenewss.com/wp-content/uploads/2017/11/Kenya2.mp3?_=2

NASA ntizajya kurahiza Uhuru Kenyatta Urunani NASA ruteye kubiri n’ubutegetsi bwa Kenya ruteganya kugira igiteramo cyo kwibuka abantu bapfuye mu kwezi kw’umunani no mu guheze mu bihe by’amatora y’umukuru w’igihugu.

Igipolisi kivuga y’uko nta muntu n’umwe yaserutse kugirango asabe kuzotunganya urwo rubanza.Abategetsi ku ruhande rw’abatavuga rumwe na leta, n’ubu bataremera ibyavuye mu matora, basabye abashingamateka babo kutazajya mu rubanza rwo kwimika perezida Kenyatta.

Umunyamakuru wa BBC ari Nairobi avuga ko amacakubiri ari muri Kenya yiyongereye muri kino gihe kubera impari zavuye mu matora aheruka.Naho ubuhanuzi bukavuga ko ikibazo kizazamuka kikagera kuri 85%.

Translate »
Exit mobile version
Skip to toolbar