HomeInte'lDiane Rwigara imbarutso yirimbuka ry'ingoma y'umwega!President wanjye bashobora kumuca igihanga kandi ari...

Diane Rwigara imbarutso yirimbuka ry’ingoma y’umwega!President wanjye bashobora kumuca igihanga kandi ari we natoye!?

Amafoto yaboneka ku mbuga zimwe z’itangazamakuru mu Rwanda, igihe.com na Kigalitoday.com, yerekana abapolisi burira ku rugo kwa Assinapol Rwigara, aho batwaye Diane n’abandi mu muryango.

Bivugwa ko abo basanze muri urwo rugo baciye bajanwa n’imodokari y’igipolisi ku biro vyaco bishinze amatohoza CID.

Diane n’abandi bo mu muryango wa Assinapol Rwigara, bari bamaze iminsi kuva mu ndwi iheze, bivugwa ko batazwi aho boba bari, kandi batavugana n’incuti n’abagenzi.

Video yagaragaye ku mbuga nkoranyambaga yereka Diane Rwigara ubwiwe agerageza guharira n’abapolsi bari imbere yiwe ababaza impamvu ‘umuryango wiwe ukomeza guhohoterwa, aho ko yotwarwa we nyene’.

Diane Rwigara yagirizwa ko yoba yakoresheje inzandiko ziriko amazina n’imikono atahawe na ba nyene yo, igihe yariko yegeranya imikono y’amamushigikira kugira ngo abone uburenganzira bwo guhiganwa mu matora y’umukuru w’igihugu.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments