Gukoresha amazina yamahimbano yo ku mbuga nkorana bumenyi cyangwa nkoranya mbaga rya internet bigiye guhanwa namategeko
Abantu biyita amazina y’amahimbano ku mbuga nkoranabumenyi bashobora kwitwarirwa nk’uko bisabwa n’abacamanza bo mu gihugu cy’Ubwongereza.Abashikirizamanza bavuga ko abantu bakuze bategerezwa kwitwarirwa igihe bokoresha amazina y’amahimbano ku mbuga ngurukanabumenyi, kugira bakorere ikibi abandi.
Kandi n’abantu bashira kuri izo mbuga amafoto ateye isoni cyangwa y’ububeshyi, bagatuma haba ibintu bibi na bo nyine bazajya bashyikirizwa inkiko.Abacamanza kandi bazahindura amategeko arebana nikorana buhanga kugirango abakozi babo bose babashe kumva neza neza ibikorwa bibi bikorerwa ku mbuga nkoranya menyi.
“Ibiganiro vy’indwi zitandatu vyerekeye izo mpundika vyatanguye,” nk’uko byavuzwe n’umukuru w’bacamanza Alison Sanders.Ugukoresha nabi imbuga nkorana bumenyi biva ku bwoba ariko birashobora kugira ingaruka mbi kubo baba bandikako.Ariko abacamanza bavuga ko abana batazitwarirwa kubera baba bataramenya ikibi n’ikiza.





