Home Great Lakes Umutingito nk’ikimenyetso cya nyuma cyo guhirima ku ngoma y’umwakagara!Ubuhanuzi ku inyangeNews uhere...

Umutingito nk’ikimenyetso cya nyuma cyo guhirima ku ngoma y’umwakagara!Ubuhanuzi ku inyangeNews uhere kugice cya (4-7)

0

Abo bana bapfuye igihe inzu yabo iri hafi y’ikibuga c’indege ca Bukavu, yasambuka kubera iyo nyamugigima yari ifise umurindi wa 5.6 ku rupimo rwa Richter.

Umushikiranganji ajejwe kumenyesha amakuru Lambert Mende, yabwiye BBC ko n’amazu y’iruhande yaho yononekanye.

Umurindi w’iyo nyamugigima yaturutse hafi y’ikiyaga Tanganyika, warumvikanye no kugera mu buhugu vy’Urwanda, n’ Uburundi.

Abategetsi mu Rwanda bavuga ko hari abakomeretse ariko bidakabije.

Iyo nyamugigima yumvikanye nko mu masaha icenda mu z’ijoro mu karere.

NO COMMENTS

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.

Translate »
Exit mobile version
Skip to toolbar