Home Uncategorized Ubulayi Bwagumijeho Ibihano Bwafatiye Uburundi

Ubulayi Bwagumijeho Ibihano Bwafatiye Uburundi

0

Inama nshingamateka y’Ubumwe bwa Bulaya ejo yatoye integuro y’ingingo igumiza ibihano kuri Leta y’Uburundi.

Umukuru w’umugambwe CNDD/FDD uri ku butegetsi avuga ko iyo ngingo ata bwoba iteye Uburundi kuko bwari busanzwe bubayeho mu bihano ata muntu busega.

https://inyangenewss.com/wp-content/uploads/2017/07/Burundi.mp3?_=1

Ariko bamwe mu batavuga rumwe n’ubutegetsi bahanura Leta gushira mu ngiro ivyo isabwa n’abanyabulaya kugira abanyagihugu bareke kwishura amabi batakoze.Umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika mu Burundi Eloge Willy Kaneza ni we utugezaho iyi nkuru.

Translate »
Exit mobile version
Skip to toolbar