HomeEconomyu Bushinwa: abahanga mu mushinga wo guhinga ibirayi ku kwezi

u Bushinwa: abahanga mu mushinga wo guhinga ibirayi ku kwezi

Abahanga bo mu gihugu cy’Ubushinwa bagiye kugerageza guhinga ibirayi ku kwezi mu rugendo bategekanya kugira ubu vuba ku kwezi.Inkuru zitangazwa n’ikinyamakuru Chongqing Morning Post,ibyo birayi bizahingwa ahantu harinzwe.

Ako kazoba ari akazi k’abazoja mu kirere bifashishije ikigendajuru cya Chang’e-4 mu mwaka uza.Abo bantu bazaba bari mu kigendajuru kimwe nk’uko bivugwa na porofeseri Xie Gengxin wa kaminuza ya Chongqing yabwiye icyo kinyamakuru.

Icyo bagamije n’ukureba ko ibyo birayi bishobora guhingwa ku kwezi.Icyo bifuza, n’ukuronka inkuru zimeza ko abantu bashobora kwimukira ku kwezi no kuhaba, nk’uko byavuzwe n’iradiyo ya China Radio International.

Ibirayi vyarakoreshejwe muri film ya The Martian mu mwaka wa 2015, yerekana ingene uwugendesha ikigendajuru yaheze kuri Mars agashobora kubaho arima ibirayi.Matt Damon yiganye uwo yagendesha ikigendajurumuri iyo film yakurikije igitabu canditswe na Andy Weir.

Save

RELATED ARTICLES
- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments