Home Justice Tanga ubutegetsi turangize urubanza rwawe rwa ICC

Tanga ubutegetsi turangize urubanza rwawe rwa ICC

0

CPI yagenye abacamanza barangiza urubanza rwa Uhuru na Ruto

Ubuyobozi bw’urukiko Mpuzamakungu Mpanabyaha (CPI) bwagenye abacamanza batatu bajejwe kurangiza urubanza rwa Prezida Uhuru Kenyatta wa Kenya n’icyegera cyiwe William Ruto.

Mw’itangazo yacishijwe ku mbuga ngurukanabumenyi yurukiko rwa CPI, bivugwa ko icyumba cya kane cyashikirijwe imanza zitatu: urwa mbere rwerekeye Prezida Kenyatta, urwa kabiri rwerekeye Ruto n’umumenyeshamakuru Joshua Sang, urwa gatatu rwerekeye Abdallah Banda Abakaer Nourain, yagirizwa ibyaha by’intambara ku basirikare b’umuryango w’ubumwe bwa Afrika muri Sudani.

Bwana Kenyatta, Bwana Ruto na Bwana Sang bakurikiranwa ibyaha byibasira zina muntu ku bijyanye n’ubwicanyi bwadutse inyuma y’amatora yo mu 2007-08.

Ibyagirije kuri Bwana Kenyatta byarafuswe itariki 5, Ukwezi kwa 12 mu 2014 kubwo kubura ibimenyetso bihagije.

“Urwo rubanza rufatwa ko rwarangiye kiretse kandi gushika umushikirizamanza atanze ivyagiriji bishasha,” niko CPI ivuga.

Translate »
Exit mobile version
Skip to toolbar