Home News Qatar yahawe amasaha 48 yo gushyira mu ngiro ibisabwa n’ibihugu by’abarabu(ubuhanuzi igice...

Qatar yahawe amasaha 48 yo gushyira mu ngiro ibisabwa n’ibihugu by’abarabu(ubuhanuzi igice cya(7-11)

0

Arabia Saudite n’ibindi bihugu bitatu by’abarabu bongerereje igihe igihugu cya Qatar, ngo gishyire mu ngiro ibyo gisabwa, atari ibyo bagifatire ibindi bihano inyuma y’amasaha 48.Isango rya nyuma ry’uko Qatar yari kuba yashize mu ngiro ivyo isabwa 13, harimwo kwugara ikinyamakuru Al Jazeera, ryarangiye ku musi wo kucyumweru.

Icyo gihugu cyo mu kigobe c’abarabu kivuga ko kiza kwishura kibicishije mw’ikete riza gushikanwa mu gihugu cya Koweit uyu musi ku wa mbere.Igihugu cya Qatar kirahakana cyivuye inyuma ibyo cyagirizwa ko gufata mu mugongo abitwaza iterabwoba.

Erdogan: Ibyasabwe Qatar biteye kubiri n’amategeko mpuzamahanga

Irani yarungikiye ibifungurwa igihugu cya Qatar kiri mu bihano bikomeye cyane

Umushikiranganji w’imigenderanire w’ico gihugu araja mu gihugu ca Koweit uyu musi, ajanye iryo kete y’umwami wa Qatar, arungukiye mugenzi we wa Koweit, asanzwe ari we muhuza muri ayo matati.

Translate »
Exit mobile version
Skip to toolbar