Home Uncategorized Prezida Trump Yabonanye n’Abashingamateka b’Abirabura

Prezida Trump Yabonanye n’Abashingamateka b’Abirabura

0

Abashingamateka b’abirabure m’umubonano wa Prezida Trump.Prezida Donald Trump wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika yagiranye umubonano na bamwe mu banywanyi bakomeye b’inama nshingamateka b’abirabure. Uwo mubonano ubaye inyuma y’amezi abiri, abashingamateka b’abirabure basabye inama na Prezida Trump.

Imbere y’uko iyo nama itangira, Prezida Trump yabwiye abanyamakuru ko mu gihe cyo kwiyamamaza, yasezeranije ko azitaho kurusha ubuzima bw’abirabura. Prezida Trump yanenze  n’abirabure uburyo ubuzima bw’Abirabura bwatereranywa mu buzima bw’igihugu.

Yavuze  ko, ukwizera n’ubutwari bwabo, hamwe n’ubuhanga butandukanye, ubuvuzi n’ibindi byatumye igihugu giter’imbere. Nyamara abo bashingamateka batangaje ko babwiye Prezida Trump ko imigambi ye,ishobora kuzahohotera ubuzima bw’abirabura aho kubafasha.

Cedric Richmond, umwe mur’abo bashingamateka yatangaje ko yabwiye Prezida Trump ko inshuti z’a b’umuryango we, hamwe ni nshuti ze,zo mu matora, bari bamubujije kuza mur’uwo mubonano ngo kuko bamubwiraga yuko aramagambo gusa,ariko nta gikorwa bizatanga kigaragara.Mu matora yagejeje Prezida Trump k’ubutegetsi, abirabura ibice umunani kw’ijana nibo bamutoye.

 

Save

Translate »
Exit mobile version
Skip to toolbar