Trump yibona nk’uwuzoserukira Abarepublicains mu matora Ugushyingo 2016
Bakundwa bene data nyacyo Uhoraho avuga ngo kireke gusohora,mukwezi kwa Gashyantare uyu mwaka wa 2016 nibwo hasohotse ubuhanuzi kuri Donald Trump warwanijwe cyane na Satani kuko atinya yuko agiy gukoreshwa n’Uwiteka Imana yabakiranutsi.
None birangiye atsinze amatora yose y’ibanze kugirango ishyaka abalizwamo ngo yemererwe kurihagararira nkumukandinda uziyamamariza umwanya w’umukuru w’igihugu,birangiye atsinze amatora uwiteka yise preliminary
Muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump avuga ko ubu yibona nk’uwuzoserukira umugambwe w’Abarepublicains mu matora y’umukuru w’igihugu.
Ivyo yabivuze aho yashikiriza ijambo abamushigikiye, nyuma y’aho ibitangazamakuru muri Amerika bivugiye ko yatsinze mu ntara zose zitanu z’uburaruko bushira ubuseruko bwa Amerika.
Ku ruhande rw’umugambwe w’Abademocrates, muri izo ntara nyene Hillary Clinton niwe yaje imbere naho uwo bahiganwa asigaye, Bernie Sanders, yatahukanye intsinzi mu ntara ya Rhode Island.
Aho yashikiriza ijambo abamushigikiye i Pennsylvania, umupfasoni Clinton yakeje bwana Sanders ku ngoga yakoranye muri uku guhiganwa, anavuga yuko ivyunga umugambwe ari vyinshi kurusha ibiwugabura.





