HomeUncategorizedKim Jong-un: Tuzotera ibindi bisase mw'ibahari rya pacifique

Kim Jong-un: Tuzotera ibindi bisase mw’ibahari rya pacifique

Ibimenyeshamakuru by’icyo gihugu byasubiyemwo kandi igabisha ku butero by’izinga rya Amerika rya Guam riri mw’ibahari Pacifique bavuga ko ririmwo ikambi ya gisirikare ya Amerika.

Igisasu cyatewe ku musi wa kabiri caciye hejuru y’izinga ry’Ubuyapani rya Hokkaido gituma haba ubwoba bwinshi bw’umutekano, mu gihe abanyagihugu bariko barasabwa kwinyegeza imbere y’uko ico gisase kigwa mw’ibahari.

Akanama ka ONU kajejwe umutekano kw’isi kanebaguye inyifato ya Korea ya ruguru.

Ubushinwa burasaba Amerika na Korea ya ruguru kwifata

US yamenyesheje ko ishobora gutera Korea ya Ruguru

Mu nama y’ikitaraganya yo ku musi wa kabiri mw’ijoro mu gisagara cya New York, ako kanama kise igeragezwa ry’icyo gisasu “ububegito” bahise basaba icyo gihugu guhagarika ubwo ibyo bikorwa.Ariko nta bindi bihano byafatiwe Korea ya ruguru.

 

RELATED ARTICLES
- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments