HomeNewsKameruni: Abavuga Icyongereza Bahawe Imyanya muri Leta

Kameruni: Abavuga Icyongereza Bahawe Imyanya muri Leta

Perezida Paul Biya wa Kameruni

Urwandiko rwagenye Atanga Nji, rutomora ko muvyo azoba ajejwe harimwo “ ugukurikiranira hagufi ukwigenga kw’igihugu n’ivyo vyose vyerekeye amatora.

Atanga Nji ari mu bambere bavuze ko abakoresha ururimi rw’icyongereza badaserukiwe bihagije mu nzego.

Iyindi myanya ikomakomeye Perezida Biya yahaye abakoresha ururimi r’icyongereza, ni umwanya w’icyegera cy’umunyamabanga mukuru wa Leta, ubushikiranganji bw’ikigega cya Leta, n’ubushikiranganji bureba iby’inyigisho mu mashuri yisumbuye.

Ubushikiranganji bureba iby’amashuri yisumbuye buri mu bwa mbere Leta iha amafaranga menshi yo gukoresha.

Hashize imyaka, hari ukutunvikana hagati y’abakoresha ururimi rw’icyongereza n’igifaransa. Abakoresha icyongereza basaba kwigenga.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments