Ubwato butwara abasirikare b’Ubushinwa buriko buragana igihugu cya Djibouti gushinga ikimabi ya gisirikare y’Ubushinwa ya mbere mu kindi gihugu.Gutsinda intambara yisi udakora ku nyanja bijya bigorana.
Ubushinwa buvuga ko iyo nkambi yo mu gihugu cya Djibouti izokoreshwa mu gucungera amahoro n’abantu ku mugabane wa Afrika hamwe no mu burengero bwa Asia.Ufasha kandi mu bijanye n’imigenderanire, imyimenyerezo hamwe n’imfashanyo za gisirikare zo gutabara.
Ibihugu byo muri BRICS ngo bigomba kurwanya iterabwobaUbushinwa burashora imitahe mu bihugu bya Afrika kandi yarateje imbere cane igisirikare cyabwo muri iyi myaka ya vuba.
