HomeInte'lGITEGA: Noheli Ishyitse mu GIhe Ubukene Bwibonekeza

GITEGA: Noheli Ishyitse mu GIhe Ubukene Bwibonekeza

 

Archives:Umwana w’umuhungu yahunze uruhagarara rwa politike mu Burundi

Kur’ uyu musi w’imana ushira noheli ku muhingamo, eka no mu gatondo ka Noheli, mw’isoko rikuru rya Gitega, ahadandarizwa impuzu n’ibirato, aho abadandaza bagabanije ibiciro, abakiriya ni benshi baza kuraba, ariko bagenda bataguze.

Abanyagihugu bavuganye n’ijwi ry’Amerika bavuga kw’ uwo musi mukuru ushitse bari mu bukene.

Babandanya bamenyesha ko hamwe bosamazwa n’imisi mikuru bashobora, kubura uburyo bwo kurungika abana ku mu mashure mu gice ca kabiri.

Abajejwe intwaro mu ntara ya Gitega bahimiriza abo barongoye kwigumya mur’ ino misi mikuru, ntibahave basesagura umwimbu wabo, ngo baze baheze binjiranwe na kigoyi mu nyuma.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments