HomeNewsBirashoboka ko yaba yahawe gasopo n'America

Birashoboka ko yaba yahawe gasopo n’America

RDC: Ibiro bya Perezida Bibeshyuza ko Kabila Aziyamamaza

Ibiro vya prezida wa Republika iharanira demokrasi ya Kongo, bitangaza ko Prezida Joseph Kabila vyabeshuje uno musi ku wa mbere ivy’uko azosubira kuba umukandida mu matora y’umukuru w’igihugu.

Ibyo biro byatangaje ko ari inkuru itari ukuri yahanahanywe ku mbuga ngurukanabumenyi. Iyo nkuru itangaza ko Kabila yaba ari mu bakandida bazahiganirwa amabanga y’umukuru w’igihugu kw’italiki 23 z’ukwezi kw’icumi na kabiri. Ayo matora agenewe guhitamo uzamusubira. Jena-Pierre Kambila, umuyobozi w’imirimo mu biro bya perezida, yatangaje ko iyo nkuru ari ibinyoma.

Ubusanzwe itegekonshinga riteganya ko uyoboye manda [2] atemerewe kuba yakongera kwiyamamariza umwanya w’umukuru w’igihugu. Perezida Kabila igihe cye cyarangiye kw’italiki 20 z’ukwezi kw’icumi na kabiri mu mwaka w’i 2016. Itegekonshinga ribuza umukuru w’igihugu gusubira kwitoza. Perezida Kabila ari ku butegetsi kuva mu mwaka w’i 2001, ntaco aravuga ku migambi na kazoza kiwe ka politike.

Amatora y’umukuru w’igihugu yari ateganijwe kuba mu kwezi kw’icumi na kabiri mu mwaka w’i 2016 yigijweyo gushyika mu mpera z’umwaka w’i 2017 imbere y’uko yigizwayo kandi gushyika kw’italiki 23 z’ukwezi kw’icumi na kabiri muri uyu mwaka w’i 2018.

Republika iharanira demokrasi ya Kongo irageramiwe n’ibibazo bya politike bifatiye ku ngingo ya Prezida Kabila yo kuguma ku butegetsi.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments