HomeNewsAdams bita Michelle Obama,urebye ijosi rye neza,ukuboko,n'umunwa,wahita ubona ar'umugabo!

Adams bita Michelle Obama,urebye ijosi rye neza,ukuboko,n’umunwa,wahita ubona ar’umugabo!

Trump Yagiriza Obama kuri Dosiye y’Uburusiya Perezida Barack Obama n’umutambukanyi wiwe Michelle Obama baramutsa Donald Trump na Melania Trump kuri White House, Itariki 20/01/2017.

Perezida wa Reta zunze ubumwe z’Amerika Donald Trump kur’uyu wa mbere yongeye kwifatira mu gahanga uwo yasubiriye mu mabanga yo kurongora igihugu, kuba yafashe minenengwe ikibazo cy’Uburusiya bwagirizwa guhungabanya amatora yo mu 2016.

Yagize ati: “Obama niwe yatwaraga igihugu gushyika mu gihe cy’amatora yo muri 2016. Ni kuki none ntacyo yigeze akora kur’icyo kibazo?” Trump yabishyikirije akoresheje mu butumwa bwa Twitter. Ubwo butumwa buta ibirake kuri Obama ni bumwe mu bundi amaze imisi yandika kur’icyo kibazo.

Perezida Trump, gushika ubu ntaremera ko Uburusiya bwagize uruhara mu kwivanga mu matora, abandanya ashyira ibyaha cyangwa  amakosha ku wo yasubiriye, amwagiriza kuba ntacyo yakoze kugira abateshe.

Kur’uyu wa mbere, Uburusiya bubicishije ku muvugizi wa Perezida Dmitry Peskov burahakana ko ata ruhara na rutoyi rwabigizemo kandi ko ibyo byagiriji nta gaciro babiha.

Ibyo biriho bivugwa nyuma y’imisi mike umushingwamanza adasanzwe Robert Mueller yagirije Abarusiya 13 hamwe n’amashirahamwe 3 y’Abarusiya kuba barajuragije Abanyamerika mu bihe byo kwiyamamaza biciye mu buhinga bwo guhanahana amakuru kugira bashyire hejuru Trump.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments