Home News Abapolice bashyigikiye Gen.Kale Kayihura bagera ku 3500 bacitse babure irengero uhereye ejo...

Abapolice bashyigikiye Gen.Kale Kayihura bagera ku 3500 bacitse babure irengero uhereye ejo ku wa mbere hashize!!!

0

Aba polisi baheba ako kazi bakajya kwikorera cyangwa gukorera abikorera utwabo

Kuva kuwa mbere, urwego rw’igi polisi ruriko ruraharura aba polisi bo kurwego rwo hejuru bose, igihugu gifise.Imvo yabaye amakuru avuga ko aba polisi bakuru bakuru barenga 3 000 batazwi irengero.

Andrew Agaba, umu menyesha makuru w’umuganda yamenyesheje BBC ko, icegeranyo cya mbere cyemeza ko aba polisi bakuru bakuru bikuye mu gipolisi, kandi ko nta n’uwuzi iyo bari.Ibi bitigiri biharurwa kuva mu myaka itatu iheze.

Ibisata vyakozwe ko n’icyo kibazo, ni nk’igipolisi kirwanya itera bwoba, abarwanya amabi afatiye ku bwenge bukomeye cyangwa abari mu banonosoye ibyo gutwara indege.Okoth Ochola, umugenzuzi mukuru w’igipolisi, yasubiriye General Kale Kayihura, niwe yategetse ico gikorwa.

Aho hari mu kwa kane kw’uyu mwaka.Mu biharuro biriho, Andrew yabwiye BBC ko Uganda iharura aba polisi bakuru bakuru barenga gatoyi 40 000.

Imvo nyamukuru ziri inyuma y’icyo kibazo.

Abo bapolisi bahitamwo kuja kwikorera utwabo.Igitera ubwo bukene ni nk’imishahara mito.Andrew yabwiye BBC ko, mu Buganda, ”Bigoye kumenya ko abo bapolisi banahembwa imishahara yabo. Ikizwi n’uko n’iyo iyo mishahara ibonetse ishyika itebye”.

Kuva igipolisi gihinduye umugenzuzi mukuru, cyarinjije abandi ba polisi bakuru.Igi polisi kijejwe kurwanya amabi, nicyo cyashizwe imbere.

Imvo za politike?

Andrew Agaba ati,”Ko hoba hari imvo za politike ziri inyuma y’ico kibazo, nta byemezo bihari”.Ku bibazo by’ubukene, mu ntango z’ukwa gatandatu, Prezida Museveni yarakoranije abajejwe umutekano muri rusange.

Yabahanuye ati ”Nitujya mubucuruzi, twikore ku burimyi. Ntimwihende ngo mugurishe utwanyu. Ariko murashobora gukorera hamwe, maze inyungu zikaba arizo mugabura”.

Yongeye ati, ”Abashaka ko mva ku butegetsi, jyewe naho nogenda, ibibazo bizahaguma, hamwe mujya ukubiri n’izi mpanuro”.

Museveni yibutsa abajejwe umutekano ko batobaho abo bawucungereye badatekaniwe

Museveni yongeye kandi ati, ”Ni mudakora icyo mushinzwe, ngo murwanye ubukozi bw’ikibi, ntibazakunda ko ngo muzahembwa ibihembo byanyu muzabona kuko adashobora kuzaboneka”.

Mu ntango z’ukwa gatandatu, umushingamateka Ibrahim Abiriga yarashwe.Ku maziko yiwe, Prezida Museveni yavugiye ahabona, ko leta yinjiye mu ndwano n’uwo wese ashaka guhungabanya umutekano.

Mu cyumweru cyakurikiyeho, niho General Kale Kayihura.Uyu yahoze ari umuyobozi mukuru w’igipolisi cy’umutekano wo mu gihugu Gen.Kale Kayihura akaba kugez’ubu ari bimenyetso byari byashirwa ahagaragara ngo bimenyekane ko aciriwe uurbanza rwo gufungwa.

Mu 2015, igipolisi cyarashyize ahabona amazina y’abashyika kuri 37 bagirizwa kuba bikuwe mu gipolisi batabisabye.Abo ba polisi bafashwe, baciriwe urubanza n’urukiko rushinzwe   inzego z’umutekano.

Translate »
Exit mobile version
Skip to toolbar