HomeEconomyAbantu Miliyoni 6 Bibasiwe N'inzara Muri Somalia (ubuhauzi Igice cya (4,5)...

Abantu Miliyoni 6 Bibasiwe N’inzara Muri Somalia (ubuhauzi Igice cya (4,5) cy’ubuhanuzi!!!

Umusaruro  w’ibifungurwa hamwe na hamwe cy’ibitungwa byaragabanutse kuburyo bukomeye muri Somaliya inyuma y’ibihe byaranzwe n’ukubura kw’imvura mu mwaka uheze Perezida wa Somaliya, Mohamed Abdullahi Farmajo, yafashe ingingo zikomeye zo mu bihe by’ibyaduka n’ibiza.

Mu gihe icyo gihugu kirimo guhangana n’ingaruka zikomeye z’izuba n’ikibazo cy’ibifungurwa.Ku bw’ishirahamwe mpuzamakungu O-N-U, inkurikizi z’izuba zigeramiye abantu imiliyoni zitandatu n’ibihumbi amajana abiri.

Nu’kuvuga ibirenga icya kabiri cy’abanyagihugu bose muri Somaliya.Ibintu bimeze nabi kurushirizaho mu buraruko bw’igihugu.Umusaruro w’ibifungurwa hamwe na hamwe ikigero cy’ibitungwa byaragabanutse kuburyo bukomeye.

Ni nyuma y’ibihe byaranzwe n’ukubura kw’imvura mu mwaka uheze.Mu cyumweru gishize, amashirahamwe ajejwe gutabara imbabare y’ishirahamwe mpuzamakungu O-N-U, yagabishije ko hasigaye igihe gitoya cyane kugira ngo ibintu ntibikomeze kumera nabi muri Somaliya.Mw’ijambo yashikirije ku murwa mukuru, Mogadisho.

Kuwa wa kabiri,ni  mu nama ku byerekeye kwishyura ku nkurikizi z’izuba, perezida Mohamed Abdullahi Farmajo, yasabye amakungu kongereza imfashanyo yihutirwa.Mu mwaka w’i 2011, inzara yahitanye abantu bagera ku bihumbi amajana abiri na mirongo itandatu muri Somaliya

Save

RELATED ARTICLES
- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments