Home News Umushikiranganji wa mbere wa Ethiopia yatanze imihoho

Umushikiranganji wa mbere wa Ethiopia yatanze imihoho

0

Ikinyamakuru cyegereye ubutegetsi muri Ethiopia cyamenyesheje ko umushikiranganji wa mbere, Hailemariam Desalegn, yatanze ikete ryo gutanga imihoho.

Bivugwa ko Bwana Desalegn yatanze imihoho no ku burongozi bw’umugambwe uri ku butegetsi “Ethiopian People’s Revolutionary Democratic Front”.

Nta nsiguro ziratangwa z’icyatumye atanga imihoho.

Abantu amajana barishwe, ibihumbi barafungwa mu myiyerekano y’abarwanya ubutegetsi imaze imyaka itatu iba mu gihugu ca Ethiopia.

Harabaye ukutumvikana kw’abagize leta rusangi, ku bijyanye n’ingene imidurumbanyo imaze iminsi mu gihugu yotorerwa umuti.

Translate »
Exit mobile version
Skip to toolbar