HomeNewsLeta ya Kenya yategetswe kwemerera Miguna Miguna gutahuka

Leta ya Kenya yategetswe kwemerera Miguna Miguna gutahuka

Urukiko rukuru ya Kenya yategetse leta kureka umunyepolitike atavuga rumwe nayo agatahuka, nyuma yo kwirukanwa mu gihugu akarungikwa muri Canada mu ntango za kuno kwezi.

Miguna Miguna yagirijwe kugambanira igihugu nyuma yo kwitaba umuhango aho umukuru w’abatavuga rumwe na leta, Raila Odigan, yirahiza nk’umukuru w’igihugu.

Abajejwe intwaro bavuze ko bwana Miguna yatakaje uburenganzira ku bwenegihugu bwa Kenya, nyuma yo kuronka ubwenegihugu bwo muri Canada.

Mu ntango za kuno kwezi, sentare yategetse leta gusubiza bwana Miguna igitabo cyiwe cy’inzira, yatswe igihe yirukanwa mu gihugu.

Soma kandi:

RELATED ARTICLES
- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments