HomeInte'lAbega na menyo yaruguru."Turubure twese turuhombe".

Abega na menyo yaruguru.”Turubure twese turuhombe”.

 

Ibivugwa n’igipolisi bitandukanye n’ibyo incuti zabo n’abavandimwe bavuga ko bamaze kumenya.Simeon Ndwaniye, yiganiye BBC ibyabaye ku muryango wa muramu we Rwigara.

Uretse ko abari mu rugo kwa Rwigara bose bivugw ako bataboneka kuri terefone zabo kuva ejo, musaza wa Mme Adeline Rwigara, umugore asiga Assinapol Rwigara yavuze ko mushikiwe na bishwa be bajanywe baboshye amapingu ahantu hatazwi.

Yemeza ko nta n’umwe mu bana ba mushikiwe ko bajyanywe baboshwe amapingu bakarazwa ahantu akeka ko ari mu kigo cya polisi kijejwe itohoza CID mw’ijoro ryakeye.

Umva hano Simeon Ndwaniye.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments