Izi foto ni iza mbere zibonetse intare yonsa umwana w’ingwe, kikaba ari ikintu kidasanzwe.Ibyo bikoko byabonywe na Joop Van Der Linde yari mu nzu y’ingenzi ya Ndutu safari Lodge mu gihugu ca Tanzanzi mu karere k’uruhongore kama rwa Ngorongoro.
Ako karere n’aka Serengeti. Iyo ntare yahawe izina rya Nosikitok ikaba ifise imyaka itanu.Iyo ntare igendana mw’ijosi icyuma cyerekana aho igeze cya GPS, ikaba ifite abana batatu bavutse hagati y’itariki 27-28 ukwezi kwa gatandatu.
Dr Luke Hunter, umukuru w’abishinze gukingira ingwe, ishirahamwe rikomeye ryo kworora ibikoko byo mu bwoko bw’inyabu yabwiye BBC ko ivyashitse bitangaje.
Icyo nari nzi n’uko intare ishobora konsa no kurera ibyana by’iyindi ntare…ibi biratandukanye cyane.Nta na hamwe nari bwabone mu miryango y’ibikoko aho kimwe mu bikoko cyonsa umwana w’ikindi cyo mu bundi bwoko.
Intare nyinshi z’ingore zikunze kwica ivyana vy’intare iyo bihuye, kandi birabana ribi kubera intambara y’ibyo zirya.Dr Luke Hunter yavuze ko Nosikitok ifite ivyana bingana n’iyo ngwe , bifite hagati y’indwi zibiri cangwa zitatu.
Iyo ntare ya ku kilometero kimwe uvuye ahari hari ibibunda byayo, aho yahura n’uwo mwana w’ingweYafashe icyo cyana irakirera iranagikingira igitero icyo ari cyo cyose.





