HomeEconomyInzovu yasubiye muri Somalia inyuma y'imyaka 20

Inzovu yasubiye muri Somalia inyuma y’imyaka 20

Inzovu imwe izwi kw’izina rya Morgan yarashoboye kujabuka urubibe irinjira mu gihugu cya Somalia muri uku kwezi, bukaba bwabaye ubwa mbere iyo nzovu iboneka muri ico gihugu haraheze imyaka 20.

Iyo nzovu Morgan ifise imyaka 30, yashizweko icuma gituma bayikurikirana mu kwezi kwa cumi na kabiri mu karere ka Tana River, ku nkengera y’igihugu cya Kenya, hagati na hagati mu kwezi kwa kabiri imbere yo gutangura kuza iragenda ahantu hatitezwe ishaka kuja muri Somalia, aho yashitse ku rubibe inyuma y’ibyumweru bitatu.

Urugendo rwayo rwaratanganje abakozi bo mu bidukikije, bavuga ko ibyo byerekana ko iyo nzovu yibuka inzira za cyera inyuma y’imyaka myinshi ivuye mu gihugu ca Somalia kubera intambara.

Urugendo rwa Morgan ni ikimenyetsi ntahinyuzwa ko urubibe rwa kenya na Somalia, utanguye kuba nyabagendwa mu vyo umutekano, kandi ko mu gihe hogaruka amahoro mu bumanuko bwa Somalia, inzovu ubu ziri mu buhungiro zizosubira muhira.

ElephatKuva mu karere ka Tana River Morgan, iyo nzovu yagiye uburebure bw’ibirometero mirongo ibiri mw’ijoro rya mbere imbere yo kwinyegeza mw’ishamba rinini, hanyuma ibandanya urugendo umusi ukurikira.

Yabandanije uko imisi cumi n’umunani

RELATED ARTICLES
- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments